Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyakozwe 26:12 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

12 Umusi umwe nari ngiye muri ivyo bikorwa nyene i Damasiko, nahawe ububasha kandi ntumwe n’abakuru b’abaherezi.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

12 Ngikora ivyo, nja i Damasiko mpawe ubushobozi ndungitswe n’abaherezi bakuru.

Gade chapit la Kopi




Ivyakozwe 26:12
12 Referans Kwoze  

Kandi ivyo narabikoze i Yerusalemu. Nahawe ububasha n’abakuru b’abaherezi bwo gufata abizera no kubata mw’ibohero; kandi mu kubacira urwo gupfa, nari mu bavyemeza.


Abakuru b’abaherezi n’Abafarisayo bari batanze itegeko ko umuntu wese yobona aho Yesu ari yoca aja kubibabwira kugira ngo bamufate.


Maze ga mwami, nko kw’isaha ya gatandatu y’umurango, ndi mu nzira ngenda, mbona umuco mwinshi uva mw’ijuru, uruta uw’izuba, uturasira impande zose twe n’abo twari kumwe.


Ubwa nyuma aranyiyereka nanje, nk’uwavutse mu gihe kitari co.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite