Ivyakozwe 25:6 - Bibiliya mu Kirundi coroshe6 Nuko amarana na bo imisi umunani hanyuma asubira i Kayisariya. Ku musi ukurikira, akoranya abacamanza, maze arengutsa Pawulo. Gade chapit laBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)6 Amaze muri bo imisi itarenga umunani cank’ icumi, aramanuka aja i Kayisariya; bukeye bg’aho yicara ku ntebe y’imanza avuga ko bazana Paulo. Gade chapit la |