Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyakozwe 25:26 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

26 Ariko nabuze ikintu gifadika nandikira Kayisari cerekeye uwu muntu. Ni co gituma namuzanye ngaha imbere yanyu mwese, na canecane imbere yawe mwami Agiripa, kugira ngo tumaze gutohoza ivyiwe, ndonke ico nandikira Kayisari.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

26 None mbuze ijambo rimenyekanisha ivyiwe ryo kwandikira umwami wanje, ni co gitumye ndamuzana imbere yanyu, kandi cane‐cane imbere yawe, mwami Agiripa, kugira ngo ni twamara kumusiguza, mbone ico kwandika.

Gade chapit la Kopi




Ivyakozwe 25:26
4 Referans Kwoze  

Icabababaje kurusha ibindi, ni uko yari yababwiye ko batazosubira kumubona ukundi. Nuko baca baramuherekeza gushika ku bwato.


Ariko jewe nasanze ata kintu na kimwe yakoze cotuma yicwa, ariko kubera yamaze gusaba kwungururizwa kwa Kayisari, nahisemwo kuzomurungika i Roma.


Ntibibereye ko ndungika imbohe nterekanye ico yagirizwa.”


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite