Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyakozwe 25:22 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

22 Agiripa aca abwira Fesito ati: “Nanje ndashaka kwiyumvira uwo muntu.” Aramwishura ati: “Ejo uzomwiyumvira.”

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

22 Agiripa yishura Fesito, ati Nanje nagomba kwumva uwo muntu. Na we at’ Ejo uzomwumva.

Gade chapit la Kopi




Ivyakozwe 25:22
5 Referans Kwoze  

Ariko Umwami Yesu yishura Ananiya ati: “Genda, kuko uwo Sawuli ari igikoresho natoranije kugira ngo amenyekanishe izina ryanje mu Banyamahanga n’abami babo, ndetse no mu bwoko bwa Isirayeli.


Ariko imbere y’uko ivyo bishika, bazobahama, babafate, babatware mu masinagogi no mu mabohero, babarengutse imbere y’abami n’abatware babahora izina ryanje.


Muzohagarara imbere y’abatware n’abami muzira kuba abigishwa banje, kugira ngo munshingire intahe imbere yabo n’imbere y’Abanyamahanga.


Haheze imisi mike umwami Agiripa ashika i Kayisariya ari kumwe na Berenise baje gukeza Fesito.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite