Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyakozwe 25:18 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

18 Abamwagiriza bahagurutse ngo bavuge, ntibamwagirije icaha na kimwe mu vyo nari niteze.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

18 Abarezi bavuye hasi, ntibāmurega ikirego na kimwe co mu bibi nakēka;

Gade chapit la Kopi




Ivyakozwe 25:18
5 Referans Kwoze  

Abamwagiriza bashitse hano, sinatebeje urubanza, ku musi ukurikira, naciye nicara ku ntebe y’imanza, ndengutsa n’uwo mugabo.


Ariko bari bafise ivyo bapfa na we bijanye n’idini ryabo hamwe n’umugabo yitwa Yesu yari yarapfuye, ariko Pawulo we akemeza ko ari muzima.


Pilato arababwira ati: “Nimumujane mwebwe nyene mumucire urubanza mukurikije amategeko yanyu.” Baramwishura bati: “Ntitwemerewe gucira umuntu urubanza rwo gupfa.”


Ariko Pawulo agira afate ijambo, Galiyo abwira Abayuda ati: “Yemwe Bayuda, iyo muba mwariko mumwagiriza ikibi canke icaha gikomeye, vyari kwumvikana ko nkwiye gufata umwanya nkabumviriza.


Nihagire bamwe mu barongozi banyu baza tujane, bamwagiririze hariya, nimba hari ikibi yakoze.”


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite