Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyakozwe 25:17 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

17 Abamwagiriza bashitse hano, sinatebeje urubanza, ku musi ukurikira, naciye nicara ku ntebe y’imanza, ndengutsa n’uwo mugabo.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

17 Nuko bakoraniye hano, sinarinze guteba, ariko bukeye bg’aho nicara ku ntebe y’imanza, mpamagaza uwo muntu.

Gade chapit la Kopi




Ivyakozwe 25:17
4 Referans Kwoze  

Pawulo arishura ati: “Ubu mpagaze imbere y’ubucamanza bwa Kayisari, kandi ni ho ntegerezwa kuburanira. Nta caha nokoreye Abayuda nk’uko na we ubizi neza.


Nuko amarana na bo imisi umunani hanyuma asubira i Kayisariya. Ku musi ukurikira, akoranya abacamanza, maze arengutsa Pawulo.


Pilato acicaye aho acira imanza, umugore wiwe amurungikira ubutumwa buvuga ngo: “Ntihagire ikintu na kimwe ugira uwo mugororotsi, kuko naraye mbabajwe cane mu ndoto kubera we.”


Abamwagiriza bahagurutse ngo bavuge, ntibamwagirije icaha na kimwe mu vyo nari niteze.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite