Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyakozwe 25:16 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

16 Nababwiye ko bitari mu migenzo y’Abaroma gucira urubanza umuntu adahawe umwanya wo kuburana n’abamwitwariye ngo aronke akaryo ko kwiregura ku vyo bamwagiriza.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

16 Ndabishura, nti S’umugenzo w’Abaroma gutanga umuntu uw’ ari we wese, umuregwa atabanje kuba kumwe n’abāmureze imbonankubone, no kubona uburyo bgo kwiregura ibirego bāmureze.

Gade chapit la Kopi




Ivyakozwe 25:16
11 Referans Kwoze  

“Mbega Ivyagezwe vyacu biratwemerera gucira urubanza umuntu tutabanje kumwumviriza ngo tumenye ivyo yakoze?”


Numvise ko bagize inama yo kumwica, nca mpitamwo kumubarungikira ubwo nyene, kandi nategetse ko abamwagiriza babazanira ibirego bamurega.


Agiripa na we abarira Pawulo ati: “Urahawe uburenganzira bwo kwiregura.” Pawulo aca aramvura ukuboko, atangura kwiregura, avuga ati:


Nibabashengeza mu masinagogi, imbere y’abatware n’abategetsi, ntimuze muhagarikwe imitima n’ivyo muzokwireguza canke muzovuga.


aca amubwira ati: “Nzokwumviriza urubanza rwawe abakwagiriza nibashika.” Aca ategeka ko Pawulo arindirwa ku kirimba kwa Herode.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite