Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyakozwe 25:14 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

14 Kubera bahamaze imisi myinshi, Fesito araronka akaryo ko kuganira n’uwo mwami ivya Pawulo. Aravuga ati: “Hano hari umugabo Felisi yasize ari imbohe.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

14 Bamazey’ imisi myinshi, Fesito ashira imbere y’umwami ivya Paulo, ati Harih’ umuntu Feliki yasize ar’ imbohe.

Gade chapit la Kopi




Ivyakozwe 25:14
3 Referans Kwoze  

Haheze imyaka ibiri, Felisi asubirirwa na Porukiyo Fesito, ariko kubera Felisi yagomba kunezereza Abayuda, asiga adakuye Pawulo mw’ibohero.


Mutegurire Pawulo amafarasi kugira ngo ashikirizwe Felisi, umukuru w’intara, ata nkomanzi.”


Bashitse i Kayisariya, bashikiriza rya kete wa mukuru w’intara, bongera bamushikiriza na Pawulo.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite