Ivyakozwe 25:12 - Bibiliya mu Kirundi coroshe12 Fesito amaze gukebukana n’abajanama biwe, aca avuga ati: “Ko witwaye kwa Kayisari, uzoburanira kwa Kayisari.” Gade chapit laBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)12 Fesito amaze kuja inama n’abanyekombe, aramwishura, ati K’ugomvye kwitwara kuri Kayisari, imbere ya Kayisari ni ho uzoja. Gade chapit la |