Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyakozwe 25:1 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

1 Inyuma y’imisi itatu Fesito ashitse i Kayisariya, aca aduga i Yerusalemu,

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

1 Nuko Fesito ashikiriye intāra amara gatatu, araheza ava i Kayisariya adūga i Yerusalemu.

Gade chapit la Kopi




Ivyakozwe 25:1
9 Referans Kwoze  

Wa mukuru w’intara arisomye, aca abaza Pawulo iyo ava. Yumvise ko ava i Kilikiya,


Nihagire bamwe mu barongozi banyu baza tujane, bamwagiririze hariya, nimba hari ikibi yakoze.”


Inyuma y’ivyo duca turitegura, tuduga i Yerusalemu.


ashika i Kayisariya. Avayo aduga i Yerusalemu kuramutsa ishengero, hanyuma amanuka muri Antiyokiya h’i Siriya.


Filipo aca asubira kubonekera muri Azoto, ahaca avuga Ubutumwa Bwiza mu bisagara vyose gushika ashitse i Kayisariya.


Haheze imyaka ibiri, Felisi asubirirwa na Porukiyo Fesito, ariko kubera Felisi yagomba kunezereza Abayuda, asiga adakuye Pawulo mw’ibohero.


Fesito arabishura ati: “Pawulo apfungiwe i Kayisariya, kandi nanje ndi mu gusubirayo vuba.


Nuko amarana na bo imisi umunani hanyuma asubira i Kayisariya. Ku musi ukurikira, akoranya abacamanza, maze arengutsa Pawulo.


Haheze imisi mike umwami Agiripa ashika i Kayisariya ari kumwe na Berenise baje gukeza Fesito.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite