Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyakozwe 24:8 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

8 ategeka ko abamwagiriza baza kukwitura.] Nawe niwamwibariza uraza gusanga ko ivyo tumwagiriza ari ukuri.”

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

8 abarira abarezi biwe kuza imbere yawe.] Nawe ni wamwibariza ubgawe urashobora kumenya ivyo tumureze vyose.

Gade chapit la Kopi




Ivyakozwe 24:8
7 Referans Kwoze  

Nihagire bamwe mu barongozi banyu baza tujane, bamwagiririze hariya, nimba hari ikibi yakoze.”


aca amubwira ati: “Nzokwumviriza urubanza rwawe abakwagiriza nibashika.” Aca ategeka ko Pawulo arindirwa ku kirimba kwa Herode.


Numvise ko bagize inama yo kumwica, nca mpitamwo kumubarungikira ubwo nyene, kandi nategetse ko abamwagiriza babazanira ibirego bamurega.


ababwira ati: “Mwanzaniye uwu muntu muvuga ko yateye imigumuko, ariko namusambishirije imbere yanyu, nta caha camwagiriye.


ariko Lusiyasi umukuru w’abasoda araza amudushikura mu maboko ku nguvu,


Maze abandi Abayuda baca bahuriza hamwe mu kwemeza ko ivyo Teritulo yavuze vyose ari ukuri.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite