Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyakozwe 24:7 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

7 ariko Lusiyasi umukuru w’abasoda araza amudushikura mu maboko ku nguvu,

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

7 Arik’ umukuru w’abagabisha b’abasoda Lusiya araza, amudushikura mu maboko,

Gade chapit la Kopi




Ivyakozwe 24:7
7 Referans Kwoze  

kandi yagerageje no guhumanya urusengero, maze turamufata. [Twashaka kumucira urubanza twisunze ivyagezwe vyacu,


ategeka ko abamwagiriza baza kukwitura.] Nawe niwamwibariza uraza gusanga ko ivyo tumwagiriza ari ukuri.”


Bagira bamwice, inkuru ica ishikira umukuru w’abasoda b’Abaroma ko igisagara ca Yerusalemu cose kiri mu mugumuko.


Pawulo ashitse ku ngazi z’amabuye ziduga mw’ikambi, imigumuko iba myinshi cane, bica biba ngombwa ko abasoda bamutwara bamureruye.


Impari ziba nyinshi gushika aho wa mukuru w’abasoda agira ubwoba, yibaza ko bahava batabagura Pawulo. Aca ategeka abasoda ngo bamanuke bamunyakure, bamuhungishirize mw’ikambi.


Wa mukuru w’abasoda aca ahamagara abakuru b’abasoda ijana babiri, ababwira ati: “Nimutegure abasoda amajana abiri, abagendera ku mafarasi mirongo irindwi, hamwe n’abandi amajana abiri bagwanisha amacumu, mwitegurire kuja i Kayisariya isaha zitatu z’ijoro.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite