Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyakozwe 24:4 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

4 Ariko ntiriwe ndakwicisha amajambo, ndakwinginze utugirire ubuntu utwumvirize akanya gato.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

4 Reka noye guhava nkurambira, ndakwinginze zirikana tuvuge amajambo make, kubg’ ubugwaneza bgawe.

Gade chapit la Kopi




Ivyakozwe 24:4
5 Referans Kwoze  

Mbega nongereko iki? Vyofata umwanya muremure mvuze inkuru za Gideyoni, Baraki, Samusoni, Yefuta, Dawidi, Samweli, n’abavugishwa n’Imana.


Kandi muri vyose na hose ga nyakwubahwa Felisi, turabigushimira bivuye ku mutima.


Twasanze uwu mugabo ari inkozi y’ikibi. Agumura Abayuda aho bari kw’isi yose akabatera kugarariza. Ni we arongoye idini ry’ubuzimire ry’Abanazareti,


kandi iryo ni ibanga nahishuriwe, nk’uko namaze kuvyandikako mu ncamake.


Ubugwaneza bwanyu bumenywe n’abantu bose, kuko Umwami wacu ari hafi.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite