Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyakozwe 24:2 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

2 Pawulo arengukijwe, Teritulo atangura kumwagiriza avuga ati: “Nyakwubahwa, tumaze igihe kirekire turi mu mahoro kubera intwaro yawe nziza, kandi ubwenge bwawe bwatumye hahinduka vyinshi mu gihugu cacu.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

2 Amaze guhamagazwa, Teritulo atangura kumurega, ati Ni kubgawe igituma tugazagaza mu mahoro menshi, n’ibindi vyaroranirijwe ubu bgoko kubg’ imigabo yawe:

Gade chapit la Kopi




Ivyakozwe 24:2
8 Referans Kwoze  

Abo bantu ni abanyamwikomo bama bidodombera abandi; bakurikira ivyipfuzo vyabo bibi; barishira hejuru kandi bakoresha amajambo meza babesha abandi mu kurondera inyungu.


Haciye imisi itanu, umuherezi mukuru Ananiya amanuka i Kayisariya ari kumwe n’abatware n’umucamanza yitwa Teritulo, bazana ibirego barega Pawulo kuri wa mukuru w’intara.


Kandi muri vyose na hose ga nyakwubahwa Felisi, turabigushimira bivuye ku mutima.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite