Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyakozwe 24:19 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

19 Ariko hari bamwe mu Bayuda bo muri Aziya. Ni bo bari kuza imbere yawe bakagira ico bavuze hamwe boba bafise ico banyagiriza.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

19 ni bo bāri bakwiye kuza hano imbere yawe no kundega, iyaba bafise ico bangaya.

Gade chapit la Kopi




Ivyakozwe 24:19
3 Referans Kwoze  

Numvise ko bagize inama yo kumwica, nca mpitamwo kumubarungikira ubwo nyene, kandi nategetse ko abamwagiriza babazanira ibirego bamurega.


Nababwiye ko bitari mu migenzo y’Abaroma gucira urubanza umuntu adahawe umwanya wo kuburana n’abamwitwariye ngo aronke akaryo ko kwiregura ku vyo bamwagiriza.


aca amubwira ati: “Nzokwumviriza urubanza rwawe abakwagiriza nibashika.” Aca ategeka ko Pawulo arindirwa ku kirimba kwa Herode.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite