Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyakozwe 23:5 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

5 Pawulo arabishura ati: “Bavukanyi, sinamenye ko ari umuherezi mukuru; kuko handitswe ngo: ‘Ntimukavuge nabi n’umwe mu baganza ubwoko bwanyu.’”

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

5 Paulo, ati Sinari ndamuzi, bene Data, kw ar’ umuherezi mukuru; kuko handitswe ngo Ntukavuge nabi umukuru wo mu bgoko bganyu.

Gade chapit la Kopi




Ivyakozwe 23:5
6 Referans Kwoze  

Izohana canecane abakurikira ivyipfuzo biva muri kamere k’imibiri yabo bagakengera ukuganza kwayo. Abo bantu ni intagondwa n’abanyabwibone, kandi ntibatinya no gutuka ivy’icubahiro vyo mw’ijuru;


Inyuma y’imyaka myinshi ndi mu mahanga, nagarutse i Yerusalemu nzaniye imfashanyo abakene, nje no gutanga ibimazi.


Abari bahagaze i ruhande ya Pawulo baca bamubwira bati: “Nta soni! Urubahutse gutuka umuherezi mukuru w’Imana!”


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite