Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyakozwe 23:4 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

4 Abari bahagaze i ruhande ya Pawulo baca bamubwira bati: “Nta soni! Urubahutse gutuka umuherezi mukuru w’Imana!”

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

4 Abāri bahagazeho, bati Mbeg’ uratuka umuherezi mukuru w’Imana?

Gade chapit la Kopi




Ivyakozwe 23:4
3 Referans Kwoze  

Namwe muzoba muhiriwe abantu nibabatuka, bakabahama, bakabavugako ibibi vyinshi babampora.


Pawulo aca avuga ati: “Imana izogukubita, wa ndyadya we umeze nk’igihome gisize irangi ryera! Uriko uncira urubanza wisunga ivyagezwe none ubirenzeko utegeka ko bankubita!”


Pawulo arabishura ati: “Bavukanyi, sinamenye ko ari umuherezi mukuru; kuko handitswe ngo: ‘Ntimukavuge nabi n’umwe mu baganza ubwoko bwanyu.’”


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite