Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyakozwe 23:31 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

31 Ba basoda baca bakora nk’uko bategetswe, bajana Pawulo mw’ijoro, bamushikana ahitwa Antipatiri.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

31 Nukw abasoda bābīra Paulo uko babariwe, bahenga mw ijoro bamujana muri Antipatiri.

Gade chapit la Kopi




Ivyakozwe 23:31
5 Referans Kwoze  

Kuko nanje ndafise abantegeka kandi mfise n’abasoda ntegeka. Iyo mbwiye umwe nti: ‘Genda,’ aca agenda; nabwira uwundi nti: ‘Ngwino,’ agaca aza; kandi iyo mbwiye umukozi wanje nti ‘Kora iki,’ aca agikora.”


Numvise ko bagize inama yo kumwica, nca mpitamwo kumubarungikira ubwo nyene, kandi nategetse ko abamwagiriza babazanira ibirego bamurega.


Ku musi ukurikira, abasoda bagendera hasi basubira mw’ikambi, abagendera ku mafarasi baba ari bo babandanya baherekeza Pawulo.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite