Ivyakozwe 23:24 - Bibiliya mu Kirundi coroshe24 Mutegurire Pawulo amafarasi kugira ngo ashikirizwe Felisi, umukuru w’intara, ata nkomanzi.” Gade chapit laBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)24 Kandi bazane n’amafarasi kugira ngo bayashireko Paulo, bamushikane kwa Feliki icēgēra ca Kayisari akiri muzima. Gade chapit la |