Ivyakozwe 23:22 - Bibiliya mu Kirundi coroshe22 Wa mukuru w’abasoda aca arungika wa musore, amwihanikirije ati: “Ntihagire n’umwe ubwira ko ibi wabimbwiye.” Gade chapit laBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)22 Uwo mukuru arungika uwo muhungu, amaze kumwihanikiriza, ati Ntugire umuntu ubarira yuk’ ummenyesheje ivyo. Gade chapit la |