Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyakozwe 23:19 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

19 Wa mukuru w’abasoda aca afata ukuboko wa musore, amwinjiza mu nzu, aramubaza ati: “Ugomba kumbarira iki?”

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

19 Uwo mukuru amufata ukuboko, aramwikebanya aramubaza biherereye, at’ Ic’ ufise kumbarira n’iki?

Gade chapit la Kopi




Ivyakozwe 23:19
12 Referans Kwoze  

Yesu arayibaza ati: “Ushaka ko ngukorera iki?” Na yo iti: “Mwigisha, ndashaka guhumuka.”


Ariko Yesu amufata ukuboko aramuhagurutsa, maze wa mwana arahagarara.


Nuko afata ukuboko ya mpumyi ayijana inyuma y’imihana. Ahejeje gucira amate ku maso ya ya mpumyi, ayirambikako ibiganza, arayibaza ati: “Hari ikintu ubona?”


Nuko wa mugwi w’abasoda n’umukuru wabo hamwe na ba barinzi b’urusengero bafata Yesu baramuboha,


Nuko bamujana imbere y’abagize inama nkuru y’igisagara ari yo bita Areyopago, bamubwira bati: “Twoshobora kumenya izo nyigisho nshasha uzanye?


Na we aca aramujana kuri wa mukuru w’abasoda. Amubwira ati: “Pawulo, umwe ari mw’ibohero, ansavye ngo nzane uwu musore, kuko afise ico agomba kukubwira.”


Wa musore aca avuga ati: “Abayuda bagiye inama yo kugusaba ngo urungike Pawulo imbere y’Inama Nkuru y’Abayuda ejo, babesha ko hari amakuru bashaka kumubaza.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite