Ivyakozwe 23:18 - Bibiliya mu Kirundi coroshe18 Na we aca aramujana kuri wa mukuru w’abasoda. Amubwira ati: “Pawulo, umwe ari mw’ibohero, ansavye ngo nzane uwu musore, kuko afise ico agomba kukubwira.” Gade chapit laBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)18 Na we aramujana amushīra uwo mukuru w’abagabisha, ati Ya mbohe Paulo yampamagaye aranyinginga, ngo nkuzanire uyu muhungu, afise ic’ akubarira. Gade chapit la |