Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyakozwe 23:14 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

14 Nuko baja ku bakuru b’abaherezi n’abatware, bababwira bati: “Twarahiye ko ata co turya tutarica Pawulo.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

14 Baja ku baherezi bakuru n’abakuru, bati Twarahiye twisivye bikomeye yukw ata co tuzotamira tutarica Paulo.

Gade chapit la Kopi




Ivyakozwe 23:14
10 Referans Kwoze  

Bukeye Abayuda bagira inama, bashirako n’indahiro ko batazogira ico barya canke ngo banywe batarica Pawulo.


Abari muri iyo nama barenga mirongo ine.


Wa musore aca avuga ati: “Abayuda bagiye inama yo kugusaba ngo urungike Pawulo imbere y’Inama Nkuru y’Abayuda ejo, babesha ko hari amakuru bashaka kumubaza.


Ntuvyemere kuko muri bo hari abagabo barenga mirongo ine bagomba kumutegera. Kandi basezeranye ko badasubira kurya canke ngo banywe bataramwica. Ubu bamaze kwitegura, barindiriye ko wemera gusa kumurungika.”


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite