Ivyakozwe 22:9 - Bibiliya mu Kirundi coroshe9 Abo twari kumwe barabona umuco ariko ntibumva ijwi ry’uwo twariko turavugana. Gade chapit laBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)9 Kandi n’abo twāri kumwe umuco bārawubonye, ariko ntibumva ijwi ry’uwo tuvugana. Gade chapit la |