Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyakozwe 22:29 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

29 Abagira bamusambishe baca basubira inyuma ubwo nyene. Na wa mukuru w’abasoda agira ubwoba kuko yabohesheje Pawulo, kandi ari Umuroma.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

29 Nukw abāri bagiye kumucaca baca baramureka; umukuru w’abagabisha na we aratinya, amenye kw ar’ Umuroma, kandi yamuboshe.

Gade chapit la Kopi




Ivyakozwe 22:29
5 Referans Kwoze  

Wa mukuru w’abasoda aca araseruka, aramufata, ategeka ko bamubohesha iminyororo ibiri, hanyuma abaza uwo ari we n’ico yakoze.


Abagore bazuriwe ababo bakuwe mu rupfu. Ariko hari n’abishwe bahohotewe kuko banse kwihakana Imana ngo barekurwe. Bashaka kuzukira ubuzima burusha ubu kuba bwiza.


Wa mukuru ati: “Na jewe ndi we, kandi natanze amahera menshi kugira ngo ndonke ubwo bwenegihugu.” Pawulo na we amubwira ati: “Ariko jeho navutse ndi Umuroma.”


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite