Ivyakozwe 22:26 - Bibiliya mu Kirundi coroshe26 Na we avyumvise aca aja kuri wa mukuru wabo amubwira ati: “Mbega ubigenza gute? Erega wa mugabo ni Umuroma.” Gade chapit laBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)26 Uwo mugabisha avyumvise, aja ku mukuru w’abagabisha, arabimumenyesha, at’ Ugira ukore iki? Erega wa muntu n’Umuroma. Gade chapit la |