Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyakozwe 22:22 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

22 Gushika kuri ayo majambo, abantu bari bakiriko baramwumviriza. Maze baca batangura gushira urwamo hejuru bati: “Mukure kw’isi! Uwo ntakwiye kubaho!”

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

22 Baramwumviriza gushitsa kur’ iryo jambo: maze basemerera n’ijwi rirenga, bati Kūra ūmeze artyo mw isi, na kare ntiyar’ abereye kubaho.

Gade chapit la Kopi




Ivyakozwe 22:22
6 Referans Kwoze  

Fesito avuga ati: “Mwami Agiripa, namwe mwese mukoraniye ngaha, murabona uwu mugabo! Abayuda bose baranyitwayeko bambwira ivyiwe haba i Yerusalemu canke ngaha i Kayisariya, basemerera ko adakwiye kwongera kubaho.


Isinzi ry’abari bamukurikiye bagenda barasemerera bati: “Mwice! Mwice!”


Barasemerera bati: “Napfe! Napfe! Nabambwe!” Pilato arababaza ati: “Mushaka ko mbamba umwami wanyu?” Abakuru b’abaherezi baramwishura bati: “Nta wundi mwami dufise atari Kayisari.”


Ariko bose basemerera icarimwe bati “Uwo muntu nabambwe, uturekurire Baraba.”


mu kugerageza kutubuza kwigisha Abanyamahanga kugira ngo bakizwe. Mu gukora ivyo, birundanirizako ivyaha. Ariko uburake bw’Imana bwabashitseko.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite