Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyakozwe 22:2 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

2 Bumvise avugana na bo mu Giheburayo, baca barahora, haba agacerere kenshi. Pawulo aca arabandanya ati:

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

2 Bumvise ababariye mu Giheburayo, barushiriza gucereza. Aravuga,

Gade chapit la Kopi




Ivyakozwe 22:2
2 Referans Kwoze  

Wa mukuru w’abasoda yemerera Pawulo, na we ahagarara ku ngazi, arabamama ngo batekane. Habaye agacerere, aca avugana na bo mu rurimi rwabo rw’Igiheburayo.


Yesu akiriko aravugana n’abantu isinzi bari aho, nyina na bene nyina baraza bahagarara hanze, bashaka kuvugana na we.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite