Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyakozwe 22:10 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

10 Nanje ndamubaza nti: ‘None nkore iki ga Mwami?’ Umwami Yesu aranyishura ati: ‘Haguruka uje i Damasiko, ni ho uzokwigishirizwa ivyo wategekanirijwe kuzokora.’

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

10 Ndamubaza, nti Ngire nte ga Mwami? Umwami aranyishura, ati Va hasi, ushike i Damasiko, ni ho uzobaririrwa ivyashinzwe k’uzokora.

Gade chapit la Kopi




Ivyakozwe 22:10
9 Referans Kwoze  

Aca abasohokana hanze, ababaza ati: “Ba nyakwubahwa, nokora iki kugira ngo nkizwe?”


Abari ngaho bose bavyumvise bibacumita mu mitima, babaza Petero n’izindi ntumwa bati: “Bagabo benewacu, dukore iki?”


Ni ko guca ndagutumako ubwo nyene, kandi wagize neza kuza. None rero ubu twese turi hano imbere y’Imana kugira ngo twumve ivyo Imana yagutumye kutubwira vyose.”


Ariko haguruka ushike mu gisagara, ni ho uzobwirirwa ivyo ukwiye gukora.”


Abo twagendanye baca bamfata ukuboko bantwara i Damasiko, kuko wa muco mwinshi wari watumye mpuma amaso.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite