Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyakozwe 21:38 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

38 Wewe nturi wa Munyegiputa yatera umugararizo mu misi iheze, agatwara mu bugaragwa abicanyi ibihumbi bine?”

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

38 Si wewe wa Munyegiputa yateye umugararizo mu gihe gishize, akajana mu bugaragwa abantu b’abicanyi ibihumbi bine?

Gade chapit la Kopi




Ivyakozwe 21:38
6 Referans Kwoze  

Nihagira uwubabwira, ati: ‘Erega, Kristo ari mu bugaragwa,’ ntimuze muje kumuronderayo. Canke bati: ‘Raba ari hano mu vyumba,’ ntimuze muvyemere.


Iyo batuvuze nabi, twishurana ubugwaneza. Gushika n’ubu dufatwa nk’umwavu wo kw’isi, ivyatawe na bose.


Namwe muzoba muhiriwe abantu nibabatuka, bakabahama, bakabavugako ibibi vyinshi babampora.


Hariho umugabo yitwa Baraba yari mw’ibohero kuko we na bagenziwe bagirizwa ubwicanyi mu migumuko.


(Uwo Baraba yari yatawe mw’ibohero yagirizwa umugumuko wari wabaye mu gisagara hamwe n’ubwicanyi.)


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite