Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyakozwe 21:29 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

29 (Ivyo babivuze kubera bari baheruka kubona Umunyefeso yitwa Tirofimo ari kumwe na Pawulo mu gisagara, baca bibaza ko yamujanye mu rusengero.)

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

29 Kuko bāri babonye Tirofimo w’Umunyefeso ari kumwe na we mu gisagara, bagira ngo Paulo yamujanye mu rusengero.

Gade chapit la Kopi




Ivyakozwe 21:29
5 Referans Kwoze  

ajana na Sopatero mwene Puro w’i Beroya, na Arisitariko na Sekundo b’i Tesalonike, na Gayo w’i Derube, na Timoteyo, na Tukiko na Tirofimo bo muri Aziya.


Erasito yasigaye i Korinto, kandi nasize Tirofimo agwariye i Mileto.


Bashitse muri Efeso, Pawulo abasiga ngaho, we aragenda yinjira mw’isinagogi y’Abayuda guharira na bo.


Ariko mu kubasezera ababwira ati: “Nzogaruka hanyuma Imana niyabishaka.” Nuko afata ubwato ava muri Efeso,


Apolo akiri i Korinto, Pawulo afata inzira ica mu gihugu hagati, aragenda ashika muri Efeso, ahasanga abigishwa.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite