Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyakozwe 21:2 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

2 Tuhashitse tuhasanga ubwato buja i Foyinike, duca turabwurira turagenda.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

2 Dusanze ubgato bugira bujabuke buja i Foyinike, tubutambukiramwo turagenda.

Gade chapit la Kopi




Ivyakozwe 21:2
5 Referans Kwoze  

Wa mukuru w’abasoda ijana aca asanga hari ubwato bwo muri Alegizanderiya buja mu Butaliyano, aca arabutwuriza.


Nuko ishengero rimaze kubarungika, baca i Foyinike n’i Samariya, biganira abandi bizera ingene Abanyamahanga na bo bizeye Imana, ivyo bitera umunezero mwinshi bene Data bose.


Nuko abari barasabagiye kubera ihamwa ryari ryatanguranye n’urupfu rwa Sitefano baragenda gushika i Foyinika, i Kupuro n’i Antiyokiya, babwira ijambo ry’Imana Abayuda bonyene.


Dushitse hafi y’izinga Kupuro, turisiga i bubamfu, tugenda dutumbereye i Siriya, maze dushika i Tiro, aho ubwato twarimwo bwategerezwa kwururukiriza ivyo bwari butwaye.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite