Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyakozwe 21:12 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

12 Tuvyumvise, twe n’ababa aho twinginga Pawulo tumusaba ngo ntashishikare urugendo ruja i Yerusalemu.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

12 Maze twumvise ivyo, twebge n’abantu baho turamwinginga ngo ntadūge i Yerusalemu.

Gade chapit la Kopi




Ivyakozwe 21:12
5 Referans Kwoze  

None rero, ngoberewe na Mpwemu Yera, ngiye i Yerusalemu, ariko sinzi ibizonshikira ndi yo.


Twururutse tuhasanga abigishwa baho, duca tumarana na bo imisi indwi. Baca bavugishwa na Mpwemu Yera ko Pawulo adakwiye kubandanya urwo rugendo ruja i Yerusalemu.


Muri twebwe harimwo Abapariti, Abamedi, Abelamiti, n’abava i Mesopotamiya, i Yudaya i Kapadokiya, i Ponto, muri Aziya,


Inyuma y’ivyo duca turitegura, tuduga i Yerusalemu.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite