Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyakozwe 21:10 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

10 Tuhamaze imisi, haza uwuvugishwa n’Imana yitwa Agabo, yari amanutse ava i Yudaya.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

10 Tugitevyey’ imisi myinshi, haza ūvugishwa n’Imana yitwa Agabo, yar’ amanutse avuye i Yudaya.

Gade chapit la Kopi




Ivyakozwe 21:10
5 Referans Kwoze  

Umwe muri bo yitwa Agabo, arahaguruka, yuzuye Mpwemu Yera, avuga ko ikigoyi kizotera mu bwami bw’Abaroma bwose. (Ivyo vyahavuye bishika ku ngoma ya Kilawudiyo.)


Twururutse tuhasanga abigishwa baho, duca tumarana na bo imisi indwi. Baca bavugishwa na Mpwemu Yera ko Pawulo adakwiye kubandanya urwo rugendo ruja i Yerusalemu.


Pawulo aca ahitamwo kubandanya adahagaze muri Efeso, kuko yanka kumara uwundi mwanya muri Aziya. Yariko yihutira ko, hamwe bimushobokeye, yoshika i Yerusalemu ku musi wa Pentekoti.


Nuko tubandanya urugendo kuva i Tiro, dushika i Putolemiya, aho twamaze umusi umwe turamutsa bene Data.


Yesu amaze kuvukira i Betelehemu mu ntara ya Yudaya, ku ngoma y’umwami Herode, abanyabwenge mu vy’inyenyeri bavuye mu buseruko baja i Yerusalemu.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite