Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyakozwe 20:8 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

8 Icumba co hejuru twari twakoraniyemwo, carimwo amatara menshi.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

8 Maze hār’ amatara menshi mu cumba co mu nzu yo hejuru aho twari dukoraniye.

Gade chapit la Kopi




Ivyakozwe 20:8
4 Referans Kwoze  

Bashitse, baca baja mu cumba co hejuru, ico bari bamazemwo imisi. Abo bari aba: Petero, Yohana, Yakobo, Andereya, Filipo, Toma, Baruteremi, Matayo, Yakobo mwene Alufayo, Simoni Umuzelote, na Yuda mwene Yakobo.


Na we araja kubereka icumba kinini co hejuru, kirimwo ibikenewe vyose. Aho abe ari ho mubitegurira.”


Yesu abandanya avuga ati: “Ico gihe Ubwami bw’ijuru buzoba bugereranywa n’inkumi cumi zateguye amatara yazo ngo zije gusanganira umukwe.


Maze umusore yitwa Eyutuko yari yicaye kw’idirisha, aremerwa n’itiro ryinshi Pawulo ariko arigisha. Amaze gusinzira cane, arakoroka avuye ku nzu yo hejuru igira gatatu, bamutora yapfuye.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite