Ivyakozwe 20:30 - Bibiliya mu Kirundi coroshe30 No muri mwebwe nyene hari abazokwadukana inyigisho zo kugoramika ukuri kugira ngo bikwegereko abigishwa. Gade chapit laBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)30 Kandi no muri mwebge ubganyu hazokwadukamw’ abantu bavuga ibigoramye kugira ngo bakwegere abigishwa inyuma yabo. Gade chapit la |