Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyakozwe 20:15 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

15 Bukeye tubandanya urugendo, dushika hafi y’izinga Kiyosi. Ku musi ukurikira, turashishikara dushika i Samosi, maze ku musi ukurikira dushika i Mileto.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

15 Tuvuyeyo, bukeye bg’aho dushika imbere y’i Kiyo, ku musi ugira gatatu dufata i Samo, bukeye dufata i Mileto.

Gade chapit la Kopi




Ivyakozwe 20:15
3 Referans Kwoze  

Erasito yasigaye i Korinto, kandi nasize Tirofimo agwariye i Mileto.


Tukiri i Mileto, Pawulo aca atumako abakuru b’ishengero ryo muri Efeso, kugira ngo baze babonane.


Adusanze muri Aso, twaciye tujana mu bwato gushika i Mitulene.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite