Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyakozwe 20:10 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

10 Maze Pawulo arururuka, amwubamako, aramubumbatira, avuga ati: “Ntimuhagarike imitima, ni muzima!”

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

10 Paulo arururuka, amwubama hejuru, aramugumbira, ati Mureke gukoma induru, kuk’ ubugingo bgiwe bukiri muri we.

Gade chapit la Kopi




Ivyakozwe 20:10
8 Referans Kwoze  

Nuko arinjira, ababwira ati: “Ni kuki hari induru n’amarira? Umwana ntiyapfuye, arasinziriye.”


Yesu aramubwira ati: “Sinakubwiye ko niwizera uja kubona ubwiza bw’Imana?”


Ahejeje kuvuga ivyo, arababwira ati: “Umukunzi wacu Lazaro arasinziriye; ariko ngira nje kumuvyura.”


Umwami Yesu abonye uwo muvyeyi, amugirira impuhwe, aca amubwira ati: “Reka kurira!”


Maze umusore yitwa Eyutuko yari yicaye kw’idirisha, aremerwa n’itiro ryinshi Pawulo ariko arigisha. Amaze gusinzira cane, arakoroka avuye ku nzu yo hejuru igira gatatu, bamutora yapfuye.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite