Ivyakozwe 2:6 - Bibiliya mu Kirundi coroshe6 Bumvise urwamo, baca basidukana n’iyonka, baratangara cane kuko umwe wese yumva abizera bavuga ururimi rwiwe. Gade chapit laBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)6 Ico gihinda cumvikanye, hakorana abantu benshi, barajorerwa, kuk’ umuntu wese yumvise ururimi rw’i wabo baruvuga. Gade chapit la |