Ivyakozwe 2:47 - Bibiliya mu Kirundi coroshe47 Bama bashima Imana ibihe vyose kandi na bo bashimwa n’abantu bose, maze Umwami Imana na we akama abongerereza igitigiri c’abakizwa. Gade chapit laBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)47 bahimbaza Imana, kandi na bo bāshimwa n’abantu bose. Umwami Imana akabongera imisi yose abama barakizwa. Gade chapit la |