Ivyakozwe 2:46 - Bibiliya mu Kirundi coroshe46 Imisi yose bama bakoranira mu rusengero, bakamanyagurira imikate mu mihana yabo, bakongera bagasangirira hamwe bafise imitima ihuye kandi banezerewe. Gade chapit laBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)46 Kand’ imisi yose bāshishikara kuja mu rusengero n’umutima uhūye, kand’ i wabo bāmanyagura umutsima, bakarya banezerewe n’imitima itagira akarohe, Gade chapit la |