Ivyakozwe 2:42 - Bibiliya mu Kirundi coroshe42 Maze abizera bose bashira imitima ku vyo intumwa zigisha, gusangira ivyabo, kumanyagura imikate, no gusenga. Gade chapit laBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)42 Bashishikara cane mu vyo intumwa zigisha, no kugira ubumwe, no kumanyagura umutsima no gusenga. Gade chapit la |