Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyakozwe 2:34 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

34 Dawidi ntiyaduze mw’ijuru, ariko ni we yavuze ati: ‘Uhoraho yabariye Umwami wanje ati: Icara i buryo bwanje

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

34 Kandi Dawidi ntiyadūze mw ijuru, arik’ ubgiwe yaravuze, at’ Uhoraho yabariye Umwami wanje, At’ Icara i buryo bganje,

Gade chapit la Kopi




Ivyakozwe 2:34
9 Referans Kwoze  

Ni nde mu bamarayika Imana yigeze ivugako iti: “Icara i buryo bwanje kugeza abansi bawe bose ndabashize musi y’ibirenge vyawe”?


Imana yashize ibintu vyose musi y’inganji ya Kristo, imugira umutwe uri hejuru ya vyose ku bw’ineza y’ishengero.


Kuko ategerezwa kuganza gushitsa ashize abansi biwe musi y’ibirenge vyiwe.


Dawidi ubwiwe, aho yavugishwa na Mpwemu Yera, yavuze ati: ‘Uhoraho yabwiye Umwami wanje ati: Icara i buryo bwanje, kugeza abansi bawe bose, ndabashize musi y’ibirenge vyawe.’


Nta n’umwe arigera aduga mw’ijuru, kiretse Umwana w’Umuntu yamanutse avayo.


kugeza abansi bawe bose ndabashize musi y’ibirenge vyawe.’


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite