Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyakozwe 2:15 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

15 Aba bantu ntibaborewe nk’uko muvyiyumvira. Raba haracari isaha zitatu z’igitondo.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

15 Aba ntibaborewe nk’uko mwiyumvira, kuk’ ubu ar’ isaha zitatu z’umusi,

Gade chapit la Kopi




Ivyakozwe 2:15
5 Referans Kwoze  

Nk’isaha zitatu zo mu gitondo, arongera aragenda abona abandi bahagaze mu mayirabiri ata co bariko barakora.


amubwira ati: “Abandi bantu bose batanga umuvinyu uryoshe cane ubwa mbere, hanyuma abatumire bamaze guhimba, bagatanga uwutaryoshe cane; ariko wewe wagumye uzimana uwuryoshe gushika n’ubu!”


Ibi ni ivyari vyaravuzwe n’uwavugishwa n’Imana Yoweli, aho yavuga ati:


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite