Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyakozwe 19:7 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

7 Abari aho bari nk’abagabo cumi na babiri.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

7 Abo bose bār’ abagabo nk’icumi na babiri.

Gade chapit la Kopi




Ivyakozwe 19:7
3 Referans Kwoze  

Pawulo abarambitseko ibiganza, Mpwemu Yera aca abazako, batangura kuvuga izindi ndimi no kuvugishwa n’Imana.


Pawulo aca yinjira mw’isinagogi, amara amezi atatu yigisha ashize amanga, aharira n’abantu akabemeza ivy’Ubwami bw’Imana.


Ca cariho ca Kayisari kibibonye kirizera kuko catangajwe cane n’izo nyigisho zavuga ivy’Umwami Yesu.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite