Ivyakozwe 19:6 - Bibiliya mu Kirundi coroshe6 Pawulo abarambitseko ibiganza, Mpwemu Yera aca abazako, batangura kuvuga izindi ndimi no kuvugishwa n’Imana. Gade chapit laBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)6 Paulo amaze kubarambikakw ibiganza, Mpwemu Yera abazako, bavuga izindi ndimi, bavugishwa n’Imana. Gade chapit la |