Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyakozwe 19:40 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

40 Erega turashobara kwagirizwa imigumuko kubera ibibaye uno musi. Kandi nta co twokwireguza kuko nta kintu na kimwe gifadika cabitumye.”

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

40 Mbere turi mw irinde, kumbure ibibaye uyu musi vyotuma turegwa ubugarariji, kukw ata nyanduruko; kandi ntituzoshobora gusobanura icakoranije iri shengero rivurunganye.

Gade chapit la Kopi




Ivyakozwe 19:40
10 Referans Kwoze  

Wewe nturi wa Munyegiputa yatera umugararizo mu misi iheze, agatwara mu bugaragwa abicanyi ibihumbi bine?”


Bagira bamwice, inkuru ica ishikira umukuru w’abasoda b’Abaroma ko igisagara ca Yerusalemu cose kiri mu mugumuko.


Ya migumuko iheze, Pawulo aca atumako abigishwa abatera intege, hanyuma arabasezera, afata urugendo aja i Makedoniya.


Barasezerana bati: “Ariko ntidukwiye kumufata mu misi mikuru kuko abantu bohava bagumuka.”


Abantu benshi baragerageje kwandika inkuru z’ivyabereye hagati muri twebwe,


Hakaba hariho n’ibindi mwipfuza gushikiriza, bizotunganirizwa mw’ikoraniro ribijejwe.


Ahejeje kuvuga ivyo, aca acura iryo koraniro.


Maze Felisi, yari asanzwe azi neza ivy’Inzira y’Umwami Yesu, aca yungururiza urubanza ku rindi sango, avuga ati: “Lusiyasi umukuru w’abasoda niyaza nzoheza ndabacire urubanza.”


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite