Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyakozwe 19:39 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

39 Hakaba hariho n’ibindi mwipfuza gushikiriza, bizotunganirizwa mw’ikoraniro ribijejwe.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

39 Ariko ni mwaba mufise ibindi murondera, bizomarirwa mu rukinja rusanzweho.

Gade chapit la Kopi




Ivyakozwe 19:39
2 Referans Kwoze  

Nimba Demetiriyo n’abandi bacuzi bagenziwe bafise ivyo babagiriza, sentare ziruguruye, kandi n’abacamanza barahari, barabitwarira.


Erega turashobara kwagirizwa imigumuko kubera ibibaye uno musi. Kandi nta co twokwireguza kuko nta kintu na kimwe gifadika cabitumye.”


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite