Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyakozwe 19:38 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

38 Nimba Demetiriyo n’abandi bacuzi bagenziwe bafise ivyo babagiriza, sentare ziruguruye, kandi n’abacamanza barahari, barabitwarira.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

38 Nuko Demetiriyo n’abacuzi bari kumwe na we, namba bafise uwo barega, imisi y’imanza iriho, kandi hariho n’ivyēgēra vya Kayisari, ni baregane.

Gade chapit la Kopi




Ivyakozwe 19:38
8 Referans Kwoze  

yagendanira Serejiyo Pawulo, icariho ca Kayisari; uwo yari umuntu w’umunyabwenge. Nuko Serejiyo Pawulo atumako Baranaba na Sawuli, kugira ngo yumve ijambo ry’Imana.


Iyo umwe muri mwebwe agize ico apfa na mwene Data wundi, ni kuki amwitwarira mu batubaha Imana ngo babe ari bo babacira urubanza, aho kwitura abizera ngo babatature?


Ariko Pawulo agira afate ijambo, Galiyo abwira Abayuda ati: “Yemwe Bayuda, iyo muba mwariko mumwagiriza ikibi canke icaha gikomeye, vyari kwumvikana ko nkwiye gufata umwanya nkabumviriza.


Ariko wa munyamareba Eluma (izina ryiwe ni ko risobanurwa mu Kigiriki), arabahaririza agomba guhuvya ukwizera kwa ca cariho ca Kayisari.


Ca cariho ca Kayisari kibibonye kirizera kuko catangajwe cane n’izo nyigisho zavuga ivy’Umwami Yesu.


Iyo migumuko yadutse ivuye ku mugabo yitwa Demetiriyo yari afise umwuga wo gucura ibintu mw’ifeza, ni na we yakora mw’ifeza utunyabugoro tw’ikigirwamanakazi Arutemi, kandi uwo mwuga wazanira inyungu nini abawukora.


Hakaba hariho n’ibindi mwipfuza gushikiriza, bizotunganirizwa mw’ikoraniro ribijejwe.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite