Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyakozwe 19:37 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

37 Aba bantu mwabazanye ngaha kandi ata na kimwe bivye mu ngoro canke ngo batuke imana yacu.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

37 Kuko muzanye aba bagabo, bativye ivyo mu ngoro z’imana kandi batārogose ku manakazi yacu.

Gade chapit la Kopi




Ivyakozwe 19:37
5 Referans Kwoze  

Twirinda kugira uwo tubera igitsitaza kugira ngo igikorwa cacu ntikigawe.


Ko wigisha abantu ngo ntibasambane, ni kuki usambana? Ko uvuga ko wanka ibigirwamana, ni kuki wiba ibikoresho vyo mu ngoro zavyo?


Ntihakagire uwo mutsitaza, yaba Umuyuda canke Umugiriki, canke abo mw’ishengero ry’Imana.


Maze Pawulo na we ariregura, avuga ati: “Sinigeze ncumura ku vyagezwe vy’Abayuda, canke ku rusengero, canke kuri Kayisari.”


None rero, ko ivyo atawubihakana, Nimutekane, ntimuhave mukora ivyo mutiyumviriyeko.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite